Home ENTERTAINMENT Rumonge : Tigger Brizz agiye gusohora amasanamu y’indirimbo Ejo Niheza Remix

Rumonge : Tigger Brizz agiye gusohora amasanamu y’indirimbo Ejo Niheza Remix

1219
0

Umuririmvyi IJIMBERE Fabrice a.k.i. Tigger Brizz ari mu baririmvyi bakuzew bo muntara ya Rumonge ngo agiye gushikana ico yiyemeje kuba kunzi biwe mugushira kumbuga ziwe indirimbo EJO NIHEZA REMIX, indirimbo gushika ubu itaraja kumbugaziwe naho iyo ndirimbo ivuzwa kumaradio atandukanye.

Tigger Brizz yavuze ko iyo ndirimbo izozanana n’amasanamu hama akazoca akwirikiza indirimbo nshasha nkuko ya bivuze kuri page yiwe ya faceboo ati : “Avant yuko ndabaha ibindi bishasha Kubakunzi bindirimbo yanje EJO NI HEZA mwansavye kera aho mwoyikura kuko ntigeze ndayishira kumbuga zumuziki zanje ngiyo Ejo niheza remix izananye na clip video nziza.”

Tukwibutse ko Tigger Brizz amezi ane yarenga asohoye indirimbo BAHO indirimbo bigaragara neza ko itakuzwe cane.

59250cookie-checkRumonge : Tigger Brizz agiye gusohora amasanamu y’indirimbo Ejo Niheza Remix
Previous articleVIDEO NSHASHA | Kamanda Mkuu – Banana | DOWNLOAD
Next articleD-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.