Qatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022

Qatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022

15 November 2022 0 By H. Mervis
Ishirahamwe Budweiser aribo abafatanya bikogwa wi gikombe c’isi 2022, risabwa ko bokwimura amaduka yabo yi nzoga bari bamaze gushira hanze iruhande y’ibibuga vy’umupira wamaguru bizo koreshwa mu gukinigwamwo inkino zigikombe c’isi.
Igihugu ca Qatar casavye iryo shirahamwe kuba sur yoko amaduka  yabo watagaragara cane y’uguruye kuko Inzoga sikintu cakamaro gose na cane cane murayo mahiganwa.
Facebook Comments Box
40210cookie-checkQatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022