Home ENTERTAINMENT Imyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire

Imyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire

170
0

Kuruyu wakabiri ingenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 niho ulugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba niho uza gukora imyimenyerezo yawo ya nyuma bitegurira gutana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Côte d’Ivoire.

Urwo rukino rukazoba ku kuruyu wagatatu 16 Munyonyo 2022 igihe c’isaha icenda zuzuye z’umugoroba (15h00’).

Tukwibutse ko m’urukino ruheruka guhuza ivyo bihugu nuko Côte d’Ivoire yatsinze umugwi Intamba Ibitsindo 2 kuri 1 hakaba hari kw’igenekerezo rya 09 gitugutu 2011 hari mu nkino zo kurondera itike yo kuja mu nkino za nyuma za CAN2012, umugwi wa Côte d’Ivoire nawe nyene ntiwangize amagigwe mashi muriyo CAN 2012 kuko casezerewe n’umugwi w igihugu ca Zambie ku rukino rwa nyuma barinze kwi kora kuri za penaliti maze binjizwa 8 ku 7.

40270cookie-checkImyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire
Previous articleQatar ntiyerekwa Inzoga mu Mahiganwo y’Umupira w’Amaguru kw’Isi 2022
Next articleInyambaro zambawe n’aba Nyampinga mwihiganwa Miss Earth 2022 ntizakiwe neza n’Abarundi.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here