Home IMYIDAGADURO Inyambaro zambawe n’aba Nyampinga mwihiganwa Miss Earth 2022 ntizakiwe neza n’Abarundi.

Inyambaro zambawe n’aba Nyampinga mwihiganwa Miss Earth 2022 ntizakiwe neza n’Abarundi.

0
379
Guhera mugitondo cokuruyu wakabiri igenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 kumbuga zitandukanye zo mu Burundi hari
amasanamu yatakiriwe neza  yagaragaye ko  atariko aravurwako rumwe n’abatari bake b’Abarundi n’Abarundikazi hirya no hino.
Ayo masanamu agaragaza uburyo inyambaro abigeme bari mw’ihiganwa rya Miss Earth 2022  ihiganwa ryaserutswemwo abigeme baserukiye ibihugu vyabo bitandukanye vyo kw’isi yose bambaye mukwerekana ubwiza bwabo.
Muri iryo higanwa uburundi bwaserukiwe n’umwigeme Miss NISHIMWE Laurie Claudia
ihiganwa ririko rirabera mugihugu ca Philippines.
40350cookie-checkInyambaro zambawe n’aba Nyampinga mwihiganwa Miss Earth 2022 ntizakiwe neza n’Abarundi.

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here