INKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo

INKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo

28 janvier 2022 0 Par KAMIKAZI

Nimugihe haheze indwi irenga Umuririmvyi Lolilo Simba agaragarije ko agiye gusohora indirimbo yiwe yambere muruyu mwaka mushasha 2022, nkoko yavyerekanye izoza yitwa « NZOTEGEREZA » aho izoba ifise amasananu, abakunzi benshi bumuziki wa Lolilo babandanya bagaragaza uko bayinyotewe bayirindiranye igisha nkuko biriko biragaragara kuri instagram ya Lolilo.

Lolilo abicishije kuri poste ya video kuri instagram yiwe kuruyu wa kane 27 Nzero 2022 yamenyesheje ko hasihaye imisimike kuko yaraheze gukogwa

Facebook Comments Box
19350cookie-checkINKURU ISHUSHE : Hasigaye Imisi Mike Indirimbo Nzotegereza Isohoke – Lolilo