Wednesday, May 8, 2024

Natacha kufanya nyimbo na Bruce Melodie na Eddy Kenzo ?

0
Msanii Natacha baada ya ku post akiwa safarini na kusema kuwa anaenda ku chaji simu yake sehemu kusiko julikana hatimaye jana ameonekana akiwa kwenye...

Isukari ya Diamond yaraye ibaye umururazi

0
Umwigeme vyavurwako ari m'urukundo  ubu n'umuririmvyi w'icamamare mu gihugu ca Tanzania Diamond , yaraye atangaje ko ahebanye nuyo muririmvyi. Zuchu yamenyesheje mubutumwa burebure busa nuburimwo...

Imyiteguro ya Nyuma y’Intamba Murugamba mu gutana imitwe na Côte d’Ivoire

0
Kuruyu wakabiri ingenekerezo rya 15 Munyonyo 2022 niho ulugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba niho uza gukora imyimenyerezo yawo ya nyuma bitegurira gutana mu...

INKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’

0
Harihagizimisi haboneka amasanamu(Video) ya MUTIMA ari muri Studio ariko ariko arategura indirimbo aho yariko araririmba,besnhi baribajije ko aribimwe vyiwe vya gutwenza gusa canke yariko...

Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.

Kuko bigaragara kurubuga rwa Facebook rw´umunyabugenegene akunzwe cane McaTricky, ico giteramo kizobera i Bujumbu muri centre Kinindo. Kizoba kirimwo  abanyabugenegene mugutwenza bava Mu Rwanda Burundi...

Rumonge : Inyuma yogusiba Igiteramo Ndumuhatari Concert kizakuba uno musi.

Umuhinyanyuzi akaba n'umuririmvyi wo mu ntara ya Rumonge Uncle B Mwani Claissic asaba abankuzi b'umuziki wiwe n'abanya Rumonge muri rusangi gusidukana niyonka kuza kumushigikira...

Abririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.

0
Mubaririmvyi bahafi baheruka gutunganya ibiteramo twovuga nka Sat B mugihugu ca Suède, abaririmvyi nka Kilikou na Drama T mu bu Faransa. Abandi baririmvyi bakaba abatumire...

Lava Lava ashobora kuva muri WCB

Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw'akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel...

Bayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané

Hari amakuru ariko aravugwangwako umukinyi Sadio Mané ashobora kuva mu murwi wa Bayern Munich muci rigiye gutangura, yo makuru kandi aravuga ko Imirwi yo...

Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu

Nikuruyu wa gatatndatu igenekerezo rya 3 Ruhenshi 2023 mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco aho imigwi ibiri Bumamuru na Aigle Noir irahurira iza...
Google search engine

Recent Posts