Home ENTERTAINMENT D – One : Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.

D – One : Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.

417
0

Kuncuro yiwe yambere umuririmvyi w’umurundi azwi kw’izina rya D – one yuriye indege kuruyu wa mbere imuganisha mugihugu ca Tanzania. Ajanywe n’ibikorwa bitandukany vy’umuziki.

Yamenyesheje Ko umuziki aribwo buzima bwiwe. Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.

Uyo akaba yaheruka gusohora indirimbo “Temp√©rature” yarabwe n’abantu barenga ibihumbi 135 mundwi 2 gusa.

65140cookie-checkD – One : Ati ntituryama ahubwo tubandanya dukora ijoro n’umurango.
Previous articleRumonge : Msamalia Danielo yoba atarikwo avyorosha muri iyi minsi.
Next articleVIDEO NSHASHA | Akes Don – Pasiteri | DOWNLOAD