Home ENTERTAINMENT Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.

Burundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.

449
0

Kuko bigaragara kurubuga rwa Facebook rw´umunyabugenegene akunzwe cane McaTricky, ico giteramo kizobera i Bujumbu muri centre Kinindo.

Kizoba kirimwo  abanyabugenegene mugutwenza bava Mu Rwanda Burundi Tanzania na Kenya.

kikazoba kw´igenekerezo rya 6 Myandagaro 2023

65070cookie-checkBurundi : Igiteramo mpuzamakungu co gutwenzwa.
Previous articleKicheche mu gisagara ca  Rumonge
Next articleRumonge : Msamalia Danielo yoba atarikwo avyorosha muri iyi minsi.