Home ENTERTAINMENT Abririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.

Abririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.

158
0

Mubaririmvyi bahafi baheruka gutunganya ibiteramo twovuga nka Sat B mugihugu ca Suède, abaririmvyi nka Kilikou na Drama T mu bu Faransa.

Abandi baririmvyi bakaba abatumire mubiteramo mpuza makungu .

Umuririmvyi Nimbona jean pierre Kidumu nawe ariko ategekanya gukora ibiteramo mugihugu c´ubwongereza muntango za Munyonyo.

Haruhande yabaririmvyi n´abandi banyempano nabo bariko barakwiragira isi. Aha twovuga nka Kigingi umunyatugenegene aho aheruka gukora ibiteramo mugihugu ca Kanada.

72590cookie-checkAbririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.
Previous articleSat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.
Next articleUbwato “Musumba Cargo” buherutse gukorerwa hano Burundi ngo bwoba bwaragize ikibazo, bugasa n’ubumanyutse bugitangura gufata urugendo.