Home ENTERTAINMENT Bayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané

Bayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané

194
0
Hari amakuru ariko aravugwangwako umukinyi Sadio Mané ashobora kuva mu murwi wa Bayern Munich muci rigiye gutangura, yo makuru kandi aravuga ko Imirwi yo muri Premier League niyo ivurwa ko ishoboye kuzomuhemba Saido Mané imiriyoni amafaranga y’abanyaburayi (20 M€) ku mwaka. Akaba ari amakuru dukesha Sky Sports.
58620cookie-checkBayern Munich irashobora gutakaza umukinyi Sadio Mané
Previous articleKent-P ngo niwe adadaza ama vérificastion kuri page facebook : Sat – B
Next articleVIDEO NSHASHA | Monia Fleur ft Mo’w Kanzie – Darling | DOWNLOAD