Home ENTERTAINMENT Photos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music

Photos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music

217
0

Hari muri ir’ijoro ryo kuwa 27 nzero Umwaka Wa 2023 munyubakwa za IFB (ex CCF) aho Master Land yerekanye ubuhinga bikomeye mukuririmba indirimbo ziwe Live music, ico gteramo cari gifise intumbero yogushimira abakunzi biwe hamwe nabakunzi b’umuziki w’uburundi batumye bikunda kuba yarashitse muri final ya prix découverte RFI 2022 vyari biryoheye ijisho n’ugutwi.

Umuririmvyi Master Land Akaba yavuye Aho yemereye abakunzi b’umuziki w’uburundi ko agiye gutegura ikindi giteramo nkico vuba cane.

Video : Hiyi ndomana ya FUSHO TUNE Rumonge | Famous afunguka mengi utakubali

51470cookie-checkPhotos : Master Land yerekanye ubuhinga Kuri live music
Previous articleBUJA TOWN TV imboneshakure nshasha
Next articleVIDEO NSHASHA | Vichou Love – Mapeni | Download