Saturday, April 20, 2024

Amahoro abe hose canecane mu bihugu vyo mu biyaga binini.

0
Ubwo ni ubutumwa butangwa n'imuririmvyi mpuzamakungu Nimbona jean Pierre . Uyo amenyekana kumazina ya Kidum kibido ibikorwa ariko akora bijanye n'umuziki ariko abiha intumbero yo...

Umwana yankwa niwe akura.

0
Ayo n'amajambo yanditswe Monia fleur umuririmvyikazi w'umurundikazi kuri uyu wa Gatandatu kurubuga rwiwe rwa facebook. Ayo majambo yakurikijeko amafoto ari munzu ihinyanyura umuziki. Uyo yaririmvye...

Indirimbo SMILE ya Masterland yakagurutse kuri youtube

0
Umuririmvyi Masterland yari yahuye nicago gikomeye ikomeye inyuma yaho indirimbo yoye SMILE yari yakuweko kuri chanel yiwe ya youtube aho nimugihe yarimaze imisi Mike...

Uburundi bwabaye icibare k’ubaririmvyi bo mu Rwanda

0
Abaririmvyi bo mu gihugu c’Urwanda bamaze iminsi bahamagarwa kuremesha ibiteramwo bitandukanye mu gihugu c’Uburundi. Abo bakaba barihwa amafaranga atari make kugirango bemere kwitabira ivyo bitermo....

Irène Raguel yishimira uko yifurijwe umusi mukuru wiwe wamavuko nabakunzi biwe.

0
Umuririmvyikazi Irène Raguel abicishije kurubuga gwiwe yashimiye abamuhaye udushimwe igiye yariko arahimbaza isabukuru ry'amavuko aho nimugihe yararumanije imyaka cumi n'imbiri ry'amavuko. Yanditse ati : AMAHORO...

Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.

0
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B. Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...

Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu

0
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki. Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...

Abandanya kwamamara.

0
Inyuma yo kuronka Nomination muma Awards nka Hiskool Awards HipiPo Music Awards hamwe na Isango na Music Awards umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yamaze kuronka nomination...

Mbe ninde wundi yobishobora.

Afise abamucungerera ubuzima bagera kuri 7 ahemba miliyoni 25 z'amadolari ku mwaka ayo nayo arenga miliyoni 75 z'amarundi ku musi. Afise imodoka 3 zimugendanira hamwe...

Uyu niwe Diamond Platnumz

0
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, nyina wa Diamond Platnumz, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania yashize ahabona ifoto y'umuhungu wiwe akiri muto aca...
Google search engine

Recent Posts