Friday, April 26, 2024

Abririmvyi b´abarundi baguma babumenyekanisha mumakungu.

0
Mubaririmvyi bahafi baheruka gutunganya ibiteramo twovuga nka Sat B mugihugu ca Suède, abaririmvyi nka Kilikou na Drama T mu bu Faransa. Abandi baririmvyi bakaba abatumire...

Sat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.

0
Mugihe twari tumenyeye kubona  abaririmvyi b´umuziki ndundi bama basa nabahanganye mubikorwa vyabo mbere abandi bagaterana amajambo, kumbure bamwe boba batanguye gutahura akamaro ko gukorera...

DawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba Muvyibaza

0
Natanguye gukora amasanamu Atwenza abantu kuva nkifise Imyaka Cumi(10ans) Youtube Ntiyari bwabeho rwari Urugendo Rure Rure kuva Nkiri Mumashure Y’intango, Urugendo Rwari Rugoye Bivanye...

Umugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha

0
  Imigwi ibiri iririmba Gospel ariyo "Rédemption voice" wo muri Canada hamwe n'uwo mu Burundi yasohoye indirimbo yakoreye hamwe kuruyu wagatanu. Intumbero yo kuja hamwe kw'iyo...

Inyuma yo guharirwa ivomo; Amber Rutty n’umugabo wiwe bahisemwo gukizwa

0
Amber Rutty n'umutanzaniyakazi yamenyekanye cane inyuma yo gukwiragira kw'amasanamu y'urukozasoni yiwe n'umugabowe. Nk'uko amakuru dukesha urubuga rwa Swahili world avyemeza, Amber Rutty yamenyesheje muntango...

Ed Sheeran yaramaze kwiyimbira inturo.

Umuririmvyi akaba n'umwanditsi w'indirimbo wo mu gihugu c'Ubwongereza Ed Sheeran ngo ariteguriye urubanza rwo gupfa. Mu kiganiro yatanze kuri GQ Hype, uyo muririmvyi amaze kwegukana...

Msamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.

0
Inyuma y´iminsi 5 umuririmvyikazi cherine Rock asezeye muri Management ya Bantubwoy, Msamalia Danielo nawe yaraye amenyesheje ko atakirikumwe niyo Management. "Ndashimiye bantubwoy Entertainment kuvyo mwankoreye...

Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha

0
Ndikumana Bora azwi kw'izina rya Bora Qween ngo agiye gushira ahabona kuruyu wakabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu, indirimbo "Mon bébé" yaririmbanye na Dyd Umuranga....

Intamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.

0
Umugwi nserukira gihugu w'abigeme batarenza imyaka 20 bafashe indege kuri uyu wakane igenekerezo rya 05 Gitugutu berekeza mu gihugu c’Afrika y’epfo aho bazo kina...

Victor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga

Uyu musore yamuka muri Nigeria agakinira umugwi wa Naple mu Bufaransa ngo yoba yiteguye kugera ikirenge muc'umunyasenegare Sadio Mané  mu gufasha benewabo bo ku...
Google search engine

Recent Posts