Home ENTERTAINMENT Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha

Inyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha

263
0

Ndikumana Bora azwi kw’izina rya Bora Qween ngo agiye gushira ahabona kuruyu wakabiri igenekerezo rya 10 Gitugutu, indirimbo “Mon bébé” yaririmbanye na Dyd Umuranga. Abo bompi basanzwe bamuka mugisagara ca Rumonge.

Aganira n’ikinyamakuru “Zabuja”abazwa icatumye ateba gushira ahabona ibikorwa vyiwe, Nawe ati :uburongozi bwanje”Magic sound” bwansavye ko nobanza gukora album y’indimbo 15,ivyatumye nguma mugacerere k’amezi ashika munani.

Yemereye abakunzi biwe ko agarukanye umuvuduko udasazwe. Akamenyesha ko inyuma ya “mon bébe” agiye gusohora izindi ndirimbo n’ibihangange m’umuziki nka Channy Qween wo mugisagara ca Bujumbura,Tigger brizzy wo Mu Rumonge n’abandi.

Bora queen asaba abakunzi biwe kumushigikira muburyo bwose gutyo ashike kuvyo yiyemeje atankomanzi. Yongeye abahamagarira gukurikirana urubuga rwiwe rwa youtube.

71610cookie-checkInyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha
Previous articleMu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.
Next articleMsamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.