Home NEWS Mu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.

Mu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.

168
0

Ivyo vyashikirijwi n´umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo amasoko ntanganguvu kuri uyu wagatanu mukiganiro c´abashikiranganji bagize Leta y´uburundi.

Kubwa Ibrahim UWIZEYE  icikagurika ry´umuyagankuba ngo riva ku mihora ishaje, hamwe n’ibikogwa vyogupima umuyagankuba uva k´urugomero Rusumo Falls bituma umuyagankuba ucika kukongo haraho biba ngombwa ko bamanza kuzimya.

Ibrahim UWIZEYE akaba yamenyeshe kandi ko ibirwa vyo kwubaka urugomero Rusumo Falls birimukurangira akaba yemeje ko bigeze kubice 99% . Yongeye anamenyesha ko ibikorwa vyogusanura imihora ishaje  vyamaze gutangura mu ntara zitandukanye. Akizezako mukwezi kwa Kigarama ivyo bikorwa bizoba vyarangiye aho umuyagankuba uzo usubira kuboneka kurugero rukwiye mu gihugu cose.

71540cookie-checkMu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.
Previous articleIntamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.
Next articleInyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha