Home ENTERTAINMENT Intamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.

Intamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.

195
0

Umugwi nserukira gihugu w’abigeme batarenza imyaka 20 bafashe indege kuri uyu wakane igenekerezo rya 05 Gitugutu berekeza mu gihugu c’Afrika y’epfo aho bazo kina inkino zibiri kuma genekerezo ya 08 na 10 Gitugutu.

Izo nkino akaba arizo  kurondera uburenganzira bwo kwitabira igikombe c’isi kuruhande gw’abigeme batarenza imyaka 20, zizobera mugihugu ca Colombie mumwaka wa 2024.

Uyo mugwi ukaba wagiye uherekejwe n’abamenyereza  Alain Guillaume n’umunyereza mukuru na Ininahazwe Belyse icegera c’iwe, abo bamenyesha ko bizeye gutahukana intsinzi.

71450cookie-checkIntamba murugamba z’abigeme zerekeje mu gihugu c’Afrika y’epfo.
Previous articleBurundi : ubwato MVGLC3 bwashikiye kukivuko ca Bujumbura
Next articleMu mezi abiri Abarundi barasezerera icikagurika ry’umuyagankuba.