Home ENTERTAINMENT Msamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.

Msamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.

240
0

Inyuma y´iminsi 5 umuririmvyikazi cherine Rock asezeye muri Management ya Bantubwoy, Msamalia Danielo nawe yaraye amenyesheje ko atakirikumwe niyo Management.

“Ndashimiye bantubwoy Entertainment kuvyo mwankoreye vyose” Ayo niyo majambo agaragara kuruhome rwa Facebook y´umuriromvyi Msamalia.

Kiretse auo majambo, uuo muririmvyi ntiyashimye kumenyesha igituma atandukanye na bantubwoy canke ko yoba yaronse iyondi management canke agiye gukora yigenga.

Muminsi mike iheze iyo mvukira yo mu ntara ya Rumonge yabonetse ifata iri kukibuga c´indege afashe urugendo aarikwo akaba atamenyesheje igihugu yari agiyemwo.

71640cookie-checkMsamalia Danielo nawe ati bye bye BaNTU BWOY.
Previous articleInyuma yigihe atagaragara agiye gushira ahabona indirimbo nshasha
Next articleIshure ryisumbuye rya Lycée Vugizo niryo ryareze Jeanette Kagame