Murugendo arimwo mugihugu c’uburundi , umutambukanyi w’umukuru w’igihigu c’u Rwanda Jeannete KAGAME kur’uyu wa 9 Gitugutu yarahuye n’abagenzi biganye kw’ishure rya Lycée Vugizo .
Nk’ uko vyashizw’ahabona na Magazine Iteka ,Yvone Marorerwa (Uwambere mu bubamfu kw’ifoto), Liliane Ruvakubusa (uwakabiri) , Jeanette Kagame (uwagatatu) na Marcelle Kabugubugu (Uwambere mu buryo) bar’abagenzi bakadasohoka igihe bigana kuri Lycée Vugizo .
Jeannete KAGAME yavukiye mu Burundi yongera yiga amashure yiwe ( mato n’ayisumbuye ) mugihugu c’uburundi!
Jeannete Kagame yitavye inama y’abakenyezi b´imboneza iriko ibera i Bujumbura.
717010cookie-checkIshure ryisumbuye rya Lycée Vugizo niryo ryareze Jeanette Kagame