Home ENTERTAINMENT DawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba...

DawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba Muvyibaza

153
0

Natanguye gukora amasanamu Atwenza abantu kuva nkifise Imyaka Cumi(10ans) Youtube Ntiyari bwabeho rwari Urugendo Rure Rure kuva Nkiri Mumashure Y’intango, Urugendo Rwari Rugoye Bivanye nivyo abantu babona aho vyafashe Imyaka Ibiri kugira Nkwize Abantu 1000 ariko iyo ikintu gifise intango nziza Cama Gifise Iherezo Ryiza.

Azwi Cane kw’izina Rya DawSon akaba akorera Kuri Youtube Yitwa BigDaws Tv.

72340cookie-checkDawSon : Gukwiza Imiriyoni Cumi zabadukurikirana (10Millions followers) Sikintu Coroshe Nkuko Mwoba Muvyibaza
Previous articleImyidogo kubipfuza kubandanya igice ca kabiri ca kaminuza
Next articleSat-B niho akibona ko ijambo Urukondo rifise akamaro mu muziki ndundi.