Home ENTERTAINMENT Victor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga

Victor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga

211
0

Uyu musore yamuka muri Nigeria agakinira umugwi wa Naple mu Bufaransa ngo yoba yiteguye kugera ikirenge muc’umunyasenegare Sadio Mané  mu gufasha benewabo bo ku mugabane wa Africa.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, Victor Osimhen yamenyesheje ko Mané ar’icitegererezo ciwe. Yagiz’ati:” Sadio Mané ntahengeshanya kuzamura benewabo bari mu buzima butoroshe ahavuka. Yambereye akarorero keza. Nanje ntegekanya gushigikira abagendan’ubumuga ku mugabane wa Africa: Uwufise ukuguru kumwe tuzomuronsa ukundi nayo uwufis’ukuboko kumwe tumurons’ukwakabiri.”

Victor Osimhen n’umwe mu bakinyi rurangiranwa kw’isi bakomoka ku mugabane wa Africa.

71200cookie-checkVictor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga
Previous articleBongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.
Next articleIshirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe