Home NEWS Ishirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe

Ishirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe

145
0

Nkuko biri murwandiko rw´ikigo ca Leta kijejwe kugenzura amashirahamwe vyogutegekeraniriza impanuka(assurance), ARCA mumpfunyapfunyo y´igifaransa, rwo kuri uyu 3/10/2023 rwibutsa abantu bose ko ishiramwe Ucar ryahagaritswe gutanga amasezerano mashasha kuva ingenekerezo 14/9/2023.

Imvo nkuko biri muri urwo rwandiko nyene nuko iryo shiramwe ritatunganije neza indinganizo yo kunagura iryo shirahamwe,ikindi ngo n´ubutunzi bwaryo bukaba butifashe neza.

Muri ARCA bakamenyeshako muntumbero yo kubimenyesha abanyagihugu bose ingingo ihagarika ishiramwe Ucar yayishizwe no kurubuga rwaryo.

71260cookie-checkIshirahamwe ry´ubwishingizi UCAR ryahagaritswe
Previous articleVictor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga
Next articleIbihere (Punaise de lit)birateye umutima uhagaze abanyagihugu