Home ENTERTAINMENT Bongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.

Bongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.

161
0

Haraheze imisi itari mike ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye hagarukwa ku makuru y’urugo rw’umuririmvyi w’umutanzaniya Alikiba rwoba ruri muyabira.

Mur’iyi ntango ya Gitugutu, Amina (umukenyezi wa Alikiba) yanditse ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko atiteze kuva ku ngingo yiwe yo gusaba ubutungane kumwemerera gutandukana n’umugabo wiwe. Amina asanzwe yamuka mu gihugu ca Kenya yagiriza Alikiba ibintu bitandukanye nko kumuhohotera, kumukengera, kutitaho neza umuryango hamwe no kureng’ibigo ku mugaragaro.

Ku ruhande rwiwe, Alikiba yagaragaye kenshi avuga ko atampamvu nimwe yomutandukanya n’umukenyezi wiwe.

Abatari bake rero mu gihugu ca Tanzania barushirizaho kugira ico bavuze kur’ivyo bibazo bigeramiye urugo rwa Alikiba na Amina. Bamwe babonako Alikiba yorekura Amina mu gihe abandi, na cane cane Mwijaku umwe mu batanzaniya batazi guceceka iyo har’amakuru avugwa ku baririmvyi, asaba Amina

71150cookie-checkBongo : Alikiba na Amina bashobora gutandukana.
Previous articleNgozi: Habaye inkino za Judo zahuje imigwi itandukanye
Next articleVictor Osimhen yoba agiye kwitaho abagendana ubumuga