Home ENTERTAINMENT Umuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4

Umuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4

177
0
Umuririmvyi DJ Pro beshi bamumuenye  kubw’indirimbo zitandukanye  nka KATOTO arikumwe n’umuririmvyi Sat-B ndetse na Mkombozi agiye gusohora urukurikirane rw’indirimbo ivyo beshi bita EP ( Extended Play)
Twokwibutsa ko DJ Pro mur’iki gihe Ntakiri m’uburundi ariko aracokora umuziki nkuko benshi bibaza ko yoba yara hevye , iyi EP yayise ( LOve Story) izoba igizwe n’indirimbo 4 , zibiri murizo zaramaze gukorerwa amasanamu iyari mubudagi.
75680cookie-checkUmuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4
Previous articleUmuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi
Next articleDavido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma