Home ENTERTAINMENT Davido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma

Davido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma

120
0
Umuririmvyi wo muri Nigeria, Davido adeleke benshi bamuzi kwizina rya Davido yamaze gutangariza incuti, abagenzi eka n’abakunzi b’umuziki wize  amakuru yubukwe bwiwe hamwe na  Chioma rowland.
Nkuko yabimenyesheje koku wa 25 Ruheshi 2024 ni bwo hateganijwe ubukwe bwabo bukazobera kumugwa mukuru wigihugu ca Nigeria Lagos.
75740cookie-checkDavido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma
Previous articleUmuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4
Next articleRumonge: Mbe ubukene bw’igitoro bwoba bugiye gutuma abantu bibagira agafi?