Amajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B

Amajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B

8 janvier 2022 0 Par H. Mervis

Uguterana amajambo nivyo biriko biragaragara kubaririmvyi bamwe babamwe muriki gihe biriko biragaragara kumbuga nkoranya bwenge zabamwe bamwe.

Umuririmvyi Big Fizzo yashimye kuva mugacerere mukwerekana aho ahagaze muriki gihe havugwa vyishi kuri video y’ibiyerasoni y’umumenyeahamakuri Amissi beshi bamuzi kwizi rya Ami prod aho iyo video yakwiragiye kumbuga ngurukana bumenyi nyishi haboneka Ami prod ariko arumviriza indirimbo arigusa.

Big Fizzo yerekanye neza kwatemera amajambo ya mugenzi wiwe Sat B kumamumafuti ariko arashihikira, guterana amajambo vyatanguye Sat B na Akes Don.

Big Fizzo ati: « Ivyo bigafi rero wanyeretse kur’ayo mabinga nivyo vyerekana ko nawe uri uwazamani naho vyari vyaragondamye ko userura urwo rutwe muri Kano gakino....😂😂

Nawe Sat B Sat ati :  « semibira gutukana bimaze,tanga ivyiyumviro cawe mu rupfasoni!! Niwubahwe ariko umanje kwiyubaha!! Nije kaga petit wakorera inabi nyinshi ! Kakwishura ineza karateba kararambirwa 😊😊dukundane dufashanye mu bibazo njo frech ».

Facebook Comments Box
17590cookie-checkAmajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B