Home NEWS Frank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge

Frank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge

227
0

           Aba danseur keshi turabakoresha mumavideo no mubiteramo ariko usanga aribake kuko mu Burundi hari abatamba beshi canke imigwi myishi, ndetse n’umwanya kubatavyi canke danseur bose kugaragaza impano yabo mukwironkera agashimwe kuko umugwi wambere uzoroka ibihumbi amajanatatu ( 300.000 fBu).

MPAKA KUCHE  CHALLENGE nihiganwa gwaba danseur ryateguwe n’umuririmvyi Frank Duniano kundirimbo yiwe Mpaka kuche, mukiganiro Frank Duniano yakoranye na zabuja.com yamenyesheje ko  MPAKA KUCHE CHALLENGE  izotangura kuruyu wambere igenekerezo rya 10 Nzero gushika 24 Nzero 2022 aho bazoheza kwakira video zabazoba bashatse kwijira muriyo Challege aho izoba gutamba indirimbo Mpaka kuche indirimbo yiwe aka video kumunota umwe 1munite canke 1mune 30 sconde, aho uwambere azoroka agashimwe ki 300.000 fBu uwakabiri azoronka agashimwe ki 200.000 fBu n’uwagatatu ni 100.000 fBu.

 

Muvyo bazoraba cane kumigwi nuko bazoraba ko ivo video izoba ifise qualite nziza ndetse numwambaro mweiza.

 

17660cookie-checkFrank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge
Previous articleAmajambo ya Big Fizzo mungushigikira Akes Don mukwerekana amafuti ya Sat B
Next articleIndirimbo Nshasha ya A-Flow Slim ngo izohindura vyishi kuriwe

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here