Home NEWS Indirimbo Nshasha ya A-Flow Slim ngo izohindura vyishi kuriwe

Indirimbo Nshasha ya A-Flow Slim ngo izohindura vyishi kuriwe

380
0

Umuririmvyi yakuzwe cane mumuziki ndundi kundirimbo yiwe La Number yaririmbiye Umuririmvyikazi Natacha Burundi aha benshi baciye bamenya uwariwe ni A-Flow Slim, A-Flow Slim akaba atayaze amasigara cicaro nkuko yari yemereye abakunzi biwe yuko kuruyu wakabiri igenekerezo rya 11 Nzero 2022 azagusohora indirimbo nshasha, akaba yabikoze indirimbo « SUPER GLUE« ikaba iri kumugaragaro kuri chanel yiwe wa YouTube.

Mukiganiro A-Flow Slim yakoranye na zabuja.com yavuze ko agacerere yaramazemyo nuko yariko arategura indirimbo izoza guhindura vyishi kuri we nakubakunzi biwe muku mushikana kure ati nakare umwaka mushasha nibintu bishasha .

« Mimi sisikii, sioni, yawambea wasotaka tuendeye » ayo namwe mumajambo yari mundirimbo Super Glue yagyoheye ugutwi anezereza umutima kubari murukundo bakindanye.

Tukwibutse ko A-Flow Slim yari mugacerere amezi 6 yaraheze adasohora indirimbo nshasha ikwirikira KAMATA imaze kurabwa nabantu barenga 4.000 vue kuri chanel yiwe ya YouTube.

Kamata by A-Flow Slim

17775cookie-checkIndirimbo Nshasha ya A-Flow Slim ngo izohindura vyishi kuriwe
Previous articleFrank Duniano Avuze Icatumye Ategura Mpaka Kuche Challenge
Next articleAUDIO | B FACE – UMM | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here