Home NEWS Rappy Boy na Trey Zo Baragarutse n’indirimbo nshasha

Rappy Boy na Trey Zo Baragarutse n’indirimbo nshasha

211
0
Abaririmvyi bagize umugwi We Love Muzika Rappy Boy na mukuruwe Trey zo  baragarutse nikindi gikwogwa ginshasha bigaragara neza ko izoba Ariyo guheza umwaka.
Inyuma yo gusohora indirimbo Yooh indirimbo yakunzwe cane gushika naho baciye bayi korera remix ariyo Yooh remix  aho yabashikanye kuyindi ntambwe, abo basore babiri bavukana Trey Zo na Rappy Boy baragarutse kandi n’iyindi ndirimbo biriko giragaragara ko abantu bayirindiranye igishika cishi, iyo ndirimbo ikazoba ifise amasanumu  bise “SOBA”.
Kumakuru dukesha imbugazabo nuko iyo indirimbo igiye kuja ahabona k’umusi wa kane igenekerezo rya 15 Kigarama 2022 nayo  amasanuma yashoboye gukorwa n’umuhinyanyuzi John Elarts  amajwi nayo akorwa n’umuhinyanyuzi Kolly Da Magic. Tukwubutse ko bari bamaze igihe baboneka mu ndirimbo z’abandi baririnvyi badasohora iyi wabo, nk’indirimbo  baheruka gukorana n’uwusanzwe avanga vanga imiziki ariwe bita DJ Lewis indirimbo imaze indwi zibiri isohotes.
45630cookie-checkRappy Boy na Trey Zo Baragarutse n’indirimbo nshasha
Previous articleAbashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye kuruyu wagatatu
Next articleAlvella Muhimbare aravuze impamvu film yiwe My Life Story partie 2 itarasohoka

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here