CatégorieENTERTAINMENT
Abashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye kuruyu wagatatu
14 décembre 2022 0 Par H. MervisKuruyuwa wagatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 Abashikiranganji ba Reta y’Uburundi bakoranye mu nama iriko ibera mu nyubakwa y’ingoro y’umukuru w’igihugu Ntare barongowe n’umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca. Igikoranije abo bashikiranganji n’uwubakuriye, ni ugutegura inama nshikiranganji itegekanijwe kuwagatatu uza igenekerezo rya 21 Kigarama 2022.


Facebook Comments Box