Kigali: King James Yashize Kumugaragaro Album Yiwe Nshasha « Ubushobozi « 

Kigali: King James Yashize Kumugaragaro Album Yiwe Nshasha « Ubushobozi « 

12 décembre 2021 0 Par H. Mervis

Kuruyu wimana igenekerezo ya 12 Kigarama 2021 Umuririmvyi king James yashize kumugaragaro album yiwe nshasha igira 7, ikaba y’itwa « Ubushobozi » ikaba irimwo indirimbo 17.

King James akaba yasohoye iyo album muntumbero yogu geza neza umwaka wa 2021 iruhande yabakunzi biwe muku baryohera nuturirimbo dunshasha.

Muriyo album Ubushobozi, harimwo indirimbo zitatu yaririmbanye nabadi baririmvyi. King James abicishije kuri page yiwe ya Facebook yasavye abakunzi biwe kuja kugura iyo album yiwe kuri site web www.zanatalent.com aho iyo album iriko iragurisha amafaranga 5000 RWF.


Indirimbo zili muri album Ubushobozi ni :
1. Ejo
2. Ubanguke
3. Ndagukumbuye FT Ariel Wayz
4. Ubushobozi
5. Ubudahwema
6. Habe namba
7. Uhari Udahari
8. Uyu Mutima
9. Nyabugogo
10. Reka gukurura
11. Kimbagira
12. Nyishyura Nishyure
13. Ikiniga
14. Nzakuguma Iruhande
15. Pinene Ft Bulldog
16. Hinduka
17. Inshuti Magara Ft ISREAL Mbonyi

Raba indirimbo ya DYD Umuranga

Facebook Comments Box
16150cookie-checkKigali: King James Yashize Kumugaragaro Album Yiwe Nshasha « Ubushobozi «