Umurirmvyi NDIKUMANA pascal beshi bamuzi kwezina rya Kamanda Muku asanze amuka muntara ya Rumonge akaba ndetse abamuriyo ntara nyene ndetse akaba ari mumugri The Twins Band  yashize kumugarayo ubuzima bwiwe ningene yatanguye umwuga wokuririmbo.

Mukuginiro yakoranye na zabuja tv, Kamanda Mukuu yerekenye ingene yemera umurirmvyi Big Fizzo ni bikogwa vyiwe eka ati hari nindirombo agiye gusohorana n’umuririmvyi Mr Champagne, Kamanda Mkuu aremejr ko umufasha wiwie Queen Bora ya murose kubera umuga wokuririmba  kwirikirana ikiganiro cose aha.

Facebook Comments Box
9180cookie-checkUmuririmvyi Kamanda Mkuu aravuze igituma yemera Big Fizzo gusumba basi

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *