Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | Vichou Love ft MB Data – Ubabare | Download

VIDEO NSHASHA | Vichou Love ft MB Data – Ubabare | Download

0
1054

Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi mu kuririmba live music Vichou Love asazwe ahagarikiwe ibikogwa vyiwe vy’umuziki na  The fighter production yagaratse neza mu gutangura umwa wa 2023 n’igikogwa ciza cane aho yaje nindirimbo “Ubabare” yakoranye na Mb Data .

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo mwamwandikiye.

Download | Vichou Love ft MB Data - Ubabare (Audio MP3) (471 downloads )
49150cookie-checkVIDEO NSHASHA | Vichou Love ft MB Data – Ubabare | Download

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here