VIDEO NSHASHA | R Flow ft B Face, Mo’w Kanzie, Drama T, Trey Zo, Rappy Boy – Hakuna Matata Remix | DOWNLOAD

VIDEO NSHASHA | R Flow ft B Face, Mo’w Kanzie, Drama T, Trey Zo, Rappy Boy – Hakuna Matata Remix | DOWNLOAD

9 janvier 2023 0 Par H. Mervis

Icamamarecawe R Flow yagarutse neza mugutangura umwaka neza na big collabo ayo yakuzaniye abaririmvyi B Face, Mo’w Kenzi, Drama T, Trey Zo, Rappy Boy mundirimbo « HAKUNA MATATA REMIX ».

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo mwamwandikiye.

Download | R Flow ft B Face, Mow Kanzi, DramaT,Trey Zo,Rappy Boy - Hakuna Matata Remix (Audio MP3) (107 téléchargements)

Facebook Comments Box
49280cookie-checkVIDEO NSHASHA | R Flow ft B Face, Mo’w Kanzie, Drama T, Trey Zo, Rappy Boy – Hakuna Matata Remix | DOWNLOAD