Arnovic agiye gutangura umwaka n’indrimbo nshasha

Arnovic agiye gutangura umwaka n’indrimbo nshasha

10 janvier 2023 0 Par H. Mervis

Umuririmvyi nduwo kumashuha Arnovic agiye gutangura umwaka n’indirimbo nshasha azo sohora vuba yise « Mon Pays indirimbo yakoranye n’umuririmvyikazi La Reine Gaga.

Muriyo ndirimbo barata ivyiza biri mu gihucu cacu c’Uburundi harimwo n’ubutunzi kama bwo mu Ntara ya Rumonge aho tuvuga Lac Tanganyika, Amashuha n’ibindi bitandukanye. Tukwibutseko Arnovic harihaheze amazi atandatu arenga asohoye indirimbo « Ndarekuye » ikaba imazde kurabwa n’abantu barenga 96.000 Vues kuri chanel ya Youtube.

Facebook Comments Box
49340cookie-checkArnovic agiye gutangura umwaka n’indrimbo nshasha