SPORT : Noël le Graet ntagitwara FFF.

SPORT : Noël le Graet ntagitwara FFF.

11 janvier 2023 Non Par H. Mervis

Komite nshingwabikorwa y’ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Bufaransa FFF (La Fédération française de football) rihejeje ku menyesha ko rishize mu karuhuko kizabukuru Noël le Graët yahora arirongoye FFF inyuma yo kuvuga amajambo ataguye neza Abafaransa n’abatari abafaransa kuri Zine dine Zidane ko naho yogenda kumenyereza Brésil ataco bimubwiye ngo niyo yomiterefonye ntiyomwitavye hagaca hiyongera ayandi madosiye uyu mugabo yahora yagirizwa. Tukzibutse ko Noël le Graet yatanguye gutwara La Fédération française de football muri 2011.

Philippe Diallo niwe yagenywe kurongora FFF ivyimfata kibanza.

Raba niyi Video : RAS MBEGU KUBADILI AYINA YAKU IMBA MWAKA HUYU WA 2023

Facebook Comments Box
49500cookie-checkSPORT : Noël le Graet ntagitwara FFF.