VIDEO NSHASHA | Arnovic ft La Reine Gaga – Mon Pays | Download
12 janvier 2023Icamamarecawe Arnovic akunda kwiyita Nduwo Kumashuha yagarutse neza mugutangura umwaka neza n’indrimbo yo guhayagiza igihugu c’Uburundi, kabaya koranye n’umwigeme La Reine Gaga indirimbo yitwa « Mon Pays« .
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Arnovic ft La Reine Gaga -Mon Pays (Audio MP3) (75 téléchargements)
Facebook Comments Box
495300cookie-checkVIDEO NSHASHA | Arnovic ft La Reine Gaga – Mon Pays | Download