Cristiano Ronaldo yamaze gushika muri Arabi Saudite.

Cristiano Ronaldo yamaze gushika muri Arabi Saudite.

4 janvier 2023 0 Par H. Mervis

Kuwa kabiri ,igenekerezo rya 3 Nzero 2023 niho umugwi wa Al Nassr waraye werekana icese Cristiano Ronaldo ko ari umukinyi wabo, abantu itsinzi nibo bari bishikiye ku kibuga.

Tubibutse ko ariwe mukinyi w’umupira w’amaguru kw’isi azoza arahembwa amahera menshi gusumba abandi bose. Akaba yishikiye muri ico gihugu ca Arabia Saoudite n’umuryango wiwe.

 

 

Facebook Comments Box
48620cookie-checkCristiano Ronaldo yamaze gushika muri Arabi Saudite.