Home VIDEOS VIDEO NSHASHA : Number One By Kamanda mkuu Ft Bora Queen

VIDEO NSHASHA : Number One By Kamanda mkuu Ft Bora Queen

204
0

Couple yiyemera yagarutse neza, Kamanda Mkuu arikumwe n’umufasha wiwe Queen Bora bakuzaniye indirimbo y’urukundo ibereye ijico ifise n’amasanamu yitwa ‘ Number One’.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  nibaza  gusome ivyo mwamwandikiye.

Download | Kamanda Mkuu Ft Bora Queen - Number One By ( Audio MP3 ) (82 downloads)

Raba niyi Video : ARNOVIC ARATUBWIYE MURIKI KIGANIRO KO UMWAKA WA 2022 WARI UMWAKA WO KURONGORA/ MATIAGE BUJA FLEVA

48510cookie-checkVIDEO NSHASHA : Number One By Kamanda mkuu Ft Bora Queen
Previous articleMasterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI
Next articleCristiano Ronaldo yamaze gushika muri Arabi Saudite.

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here