Home ENTERTAINMENT Masterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI

Masterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI

177
0

Umuririmvyi akaba kandi umuhinyanyizi Armel Chabel Marial Ngendakumana azwi kwizina Masterland ari mubaririmvyi baronse uburenganzi bwogushika mugice ca nyuma Final mw’igiganwa ritegugwa na Radio RFI bise Prix découvertes 2022 ivyo bikaba vya menyekanye inyuma yaho aba Le pré-jury  bashize urutonge ahabona gw’abaririmvyi 10 bagiye kuja muri final mu baririmvyi 60 biyandikishije murigwo higanwa .

Tukwibutse ko ubwo bushimwe Prix découvertes RFI bwatanguye gutangwa hari umwaka 1981 mugi hugu c’ubufarans

 

a aho umuririmvyi wambera yagatahukanye yari Jean Ondeno.

UMuririmvyi Masterland akaba ahiganwa nabandi baririmvyi 9 bo mubigugu bitandukanye

  1. Ayamo ( Madagascar)
  2. Black AD (Mali)
  3. Garcin Lagacant (Gabon)
  4. Greg Burkimbila ( Burkina Faso)
  5. Lukas Una (République Démocratique du Congo)
  6. Magdaline Mytil (Haiti)
  7. Masterland (Burundi)
  8. Niino Md (Senegal)
  9. Tripa Gninnin (Cote d’ivoire)

 

48450cookie-checkMasterland ahiganira 10.000 euros muri Prix découvertes 2022 na RFI
Previous articleCristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr
Next articleVIDEO NSHASHA : Number One By Kamanda mkuu Ft Bora Queen

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here