Cristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr

Cristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr

31 décembre 2022 0 Par H. Mervis

Cristiano Ronaldo abaye umukinyi wa mbere kw’isi afise agaciro bivanye n’amahera agiye guhabwa n’umugwi wa Al-Nassr wo mu gihugu ca Arabia Saoudite.

Kuwa 30 Kigarama 2022 , Cristiano yashize umukono ku masezerano yo gukina mw’ihiganwa rya Arabia Saoudite mu Cicaro ca mbere. Yasinye kuzokinira uwo mugwi mu kiringo c’imyaka ibiri n’igice , agahabwa imiriyoni 200 z’amanyaburaya ku mwaka ku mwaka.

Facebook Comments Box
48410cookie-checkCristiano Ronaldo yaguzwe n’umugwi wa Al-Nassr