Home ENTERTAINMENT Ukuri kumuduga Big Fizzo yakoresheje mundirimbo Superman.

Ukuri kumuduga Big Fizzo yakoresheje mundirimbo Superman.

167
0

Mu ndirimbo Superman ya Big Fizzo, inyuma yaho yinjiye neza mumitima y’abakunda umuziki ndundi nkuko bibandanya vyo bonekeza, benshi bagumanye ibibazo kumodoka yakoreshejwe muri video yoba yakoteshejwe ivanwa hanze y’Uburundi canke iri ngaha mugisagara.

Irya modoka niya mugenzi wa Big Fizzo azwi cane mugufasha abaririmvyi b’abarundi asanzwe ari umu DJ akomeye i Burayi mbere anakunda gutegura ibiteramo. Uyo nawe ni Dj SAIDO .

Dj Saido ngo iyi modoka yiwe arayikunda cane kandi ngo uwoyishaka wese mukira kuganira bikagenda neza.

70150cookie-checkUkuri kumuduga Big Fizzo yakoresheje mundirimbo Superman.
Previous articleMusic Audio : Maluundi – Muzane
Next articleNi bande badashakako Sat B aterimbere?