VIDEO ZABUJA TV | Inkuru ibabaje Tigger Brizz aravuze uko abanya Rumonge bashaka kumu hamba

VIDEO ZABUJA TV | Inkuru ibabaje Tigger Brizz aravuze uko abanya Rumonge bashaka kumu hamba

4 February 2023 Off By H. Mervis

Umuririmvyi Tigger Brizz avuka muntara ya Rumonge yavuze amajambo yakomeye mukiganiro yakoranye na Tv yacu zabuja tv, Tigger yaramenyesheje igituma mumwaka wa 2022 atagaragaye mu gusohora indirimbo cane ugeranije nyindi myaka, aho ya vuze yabaye impavu za corona noho biruko yara siguye amwe mumajambo yari mundirimbo yiwe Baho nambere yaravuzeko hari abantu bamwifuriza ko yo habwa.

Facebook Comments Box
51660cookie-checkVIDEO ZABUJA TV | Inkuru ibabaje Tigger Brizz aravuze uko abanya Rumonge bashaka kumu hamba