Umukuru wi Gihugu Evariste Ndayishimiye yifuriza umwaka w’ishure mushasha mwiza

Umukuru wi Gihugu Evariste Ndayishimiye yifuriza umwaka w’ishure mushasha mwiza

12 septembre 2022 0 Par KAMIKAZI

Kuruyu wambere Myandagaro 12, 2022 niho umwaka y’ishure 2022-2023 watanguye mu gihugu cose, nyene icibahiro Umukuru y’igihucu c’Uburundi akaba yifurije abanyeshure bose umwaka mwiza y’ishure n’amagara meza n’ubwitonzi n’ubwira kugira ngo bige bamenya.

Umukuru wi Gihugu ati : Uyu musi abana b’Uburundi baramutse batangura umwaka w’ishure mushasha, ndabipfurije amagara meza, ubwitonzi n’ubwira kugira ngo bige bamenya kuko ari bo kazoza k’igihugu cacu. Dusabiye Abigisha-barezi gukomera kw’ibanga ridasanzwe ryo kurerera Uburundi.

Facebook Comments Box
33170cookie-checkUmukuru wi Gihugu Evariste Ndayishimiye yifuriza umwaka w’ishure mushasha mwiza