Home ENTERTAINMENT Umurwi w’abaririmvyi ukoranye Imyaka 17 batavana

Umurwi w’abaririmvyi ukoranye Imyaka 17 batavana

210
0

Bitwa Redempion Voice , Imyaka 17 irarumanye baririmba nk’umurwi uririmba indirimbo zihimbaza IMANA ( Izo beshi bitwa bitwa Gospel )

Muntumbero yokwigina iyi myaka bamaze barikumwe , kur’uyu wa Kane igenekerezo rya 1 Ruhuhuma umwaka wa 2024 , barashize hanze urukurikirane ( Album : YANGIRIYE NEZA ) igizwe N’Indirimbo 8 :

– Yangiriye Neza
– Urera
– Imigambi ft Victorious Team
– Hallelujah ft Appolinaire
– Ntibesha
– Ahora Ambwira
– Mutima Wanje

  1. Akabirya rero batangaje iyindi Album mur’uyu mwaka wa 2024 izoba Yitwa ” IMILIYONI ” izoba igizwe n’Indirimbo nyinshi ariko babasaba kumanza kuja kuri YouTube yabo ya ” REDEMPTION VOICE ” tukumviriza iyo Album Imbere yo kurindira iyo yindi. 

 

74570cookie-checkUmurwi w’abaririmvyi ukoranye Imyaka 17 batavana
Previous articleLove is mystery Ep Yoba yarahebwe?
Next articleNtacijana ku ba Star.