Home AUDIOS Rumonge : Amasanamu y’indirimbo Number One mumpera y’ukukwezi kwa Kigarama yazo sohoka...

Rumonge : Amasanamu y’indirimbo Number One mumpera y’ukukwezi kwa Kigarama yazo sohoka | Kamanda Mkuu

351
0

Umuririrmvyi wo mu Ntara ya Rumonge Kamanda Mkuu asazwe ari mu baririmvyi bari muri  Magic sound yasimye gushira kumugarahgaro imyiteguro n’igikogwa co kwegeranya amasanamu y’ndirimbo NUMBER ONE indrimbo yakoranye n’umufasha wiwe ariwe Bora Queen.

Mukiganiro yakoranye na zabuja.com, Kamanda Mkuu 4G yavuze ko igikogwa cokwegeranya amasanamu caraheze mbere akaba yamenyeshejeje ko video izosohoka mumpera zukukuwezi kwa Kigarama 2022 nko mwitariki 30 canke itariki 31 Kigarama. Kamanda Mkuu akaba yasevye abantu kubandanya gushigikira ibikogwa vyiwe ndetse nogushigikira ibikogwa vya Magic Sound.

Tukwibutse ko indiembo NUmber One ya Kamanda Mkuu ft Bora Queen audio imaze ukwezi kurenga isohotse gushika ubu ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 3.000 kuri  chanel ya Youtub yiwe.

 

44790cookie-checkRumonge : Amasanamu y’indirimbo Number One mumpera y’ukukwezi kwa Kigarama yazo sohoka | Kamanda Mkuu
Previous articleVIDEO NSHASHA | Double Jay & Kirikou Akili Feat Bruce Melodie – Inzoga nibebi | Download
Next articleVIDEO NSHASHA | Sat- B – Mon Amour | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here