Home ENTERTAINMENT Natasha  azohiganwa muri Hiskool Award

Natasha  azohiganwa muri Hiskool Award

248
0

Umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yatowe kuzohiganwa  n’abaririmvyi bibihangange mu karere mwihinganwa ryitiriwe HISKOOL2023 AWARD mugihugu c’ubuganda.

Uyo muririmvyikazi akaba ariwe murundi  wenyene  yashoboye gutorwa kuba muri iryohiganwa rizoba rigizwe n’abamwe mubaririmvyi bagize Afrika y’ubuseruko nka: Jux w’umutanzania ,Eddy Kenzo wo mubuganda, umunyarwanda Bruce Melodie, Silver X wo muri sudani y’epfo hamwe na Diamond Platnumz wo muri Tanzaniya.

Natacha akaba amaze gutahukana udushimwe mpuzamakungu dutandukanye uhereye kugashimwe ka SICA yaronkeye muri Benin , Muri  HiPop Music Awards incuro zitatu ,hamwe n’agashimwe ka Rising Star Awards.

Abakunda indirimbo ziwe bagasaba ko abarundi bo mushigikira muburyo bwose kugira ako gashimwe gatahe mu Burundi..

68910cookie-checkNatasha  azohiganwa muri Hiskool Award
Previous articleTanzania : Nay wa mitego yahagaritswe gukora ibiteramo.
Next articleUSA : Sasha Obama arushirizaho gutangaza benshi