Trending Now
NEWS
Abahagarikizi 16 b’abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi...
Abahagarikizi 16 b'abigeme bakurikiranye inyigisho nkarishabwenge zateguwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA rifadikanije n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB bararonkejwe certificat kuri uyu wa...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO NSHASHA | Wizking Ft El Pro – Joro Remix |...
Umuririmvyi Wizking yagarutse mukugarukana indirimbo yiwe Joro aho ubu yashimye kubazanira Joro Remix mbere arikumwe n'umuririmvy El Pro muriyo ndirimbo. Irabe ngaha
https://www.youtube.com/watch?v=WdpljMBwLgA
Tuna mpenda sana...
New Video : Alvin Smith Ft Da rest – Gutwika
Umuririmvyi Alvin Smith yagarutse arikumwe na Da Reste bakuzanira indirimbo nshasha yitwa « Gutwika » ifise amasanamu meza cane.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika...
Most Popular
Popular News
NEWS
VIDEO VISUALIZER | Sai Saintly – Yote Mema | Download
Umuririmvyi Sai Saintly aririmba indirimbo zoguhayagiza Imana uasohoye indirmbo yiwe yambere ikaba ifise masanamu video Visualizer yitza 'Yote Mema.
Urashobora kugira play ukayiraba ngaha.
https://www.youtube.com/watch?v=Zdi-pz5ZW8Y
Raba niyi...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO LYRICS | Msamaria Danielo – Toto Town
https://www.youtube.com/watch?v=0gWnFvq6qO8
VIDEO LYRICS | Msamaria Danielo - Toto Town (Brand New Music Video)
https://www.youtube.com/watch?v=fkwR8XP6mhg
VIDEO NSHASHA | Rachly Nish – Polepolema | Dwonload
Umuririmvyi kazi Rachly Nish ya vuye mugacerere yaramazemwo amewi arenga ane, aho yasohoye indirimbo nshasha yise POLE POLE MA ikaba ifise n'amasanamu ameze newa...
Audios
NEWS
Indwi igira irangire umurwi wa Manchester City iguze abakinyi batatu.
Uwambere: yitwa Tijjni Reijinders umukinyi wo hagati muri AC Milan amaze kugurwa na Man City kuri miriyoni 55€ , Man City yaciye umuha amasezerano...
AUDIO
VIDEOS
VIDEO NSHASHA | Vichou Love ft MB Data – Ubabare |...
Umuririmvyi rurangiranwa mu Burundi mu kuririmba live music Vichou Love asazwe ahagarikiwe ibikogwa vyiwe vy'umuziki na The fighter production yagaratse neza mu gutangura umwa...
VIDEO NSHASHA | Double Jay & Kirikou Akili Feat Bruce...
Abamuririmvyi Double Jay na Kirikou Akili bagarutse kuyindicuro aho bamuzanye umuririmvyi wo mugihigu c'Urwanda Bruce Melodie mundirimbo yabo nshasha video yitwa ‘ Inzoga nibebi.
Urashobora...