Home ENTERTAINMENT Inyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.

Inyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.

203
0

Umuririmvyi Bain Turo ubwo aheruka kugira Media tours; aho yaciye mu bimenyeshamakuru bitandukanye . Akaba yariko amenyekanisha indirimbo yiwe nshasha SOMEBODY  kuma Radio asanzwe akorera mugisagara ca Bujumbura.Uyo muririmvyi  yamenyesheje ko ategekanya gushira ahabona ireresi (Film) yiwe nshasha yitwa Miss Nationale.Akaba ategekenye gusohora iyo reresi  itariki 1 gitugutu 2023.

Nkuko Bigaragara kwishusho riranga iyo reresi(affiche),muri iyo reresi izofatiri kubiri mundirimbo yiwe nshasha SOMEBODY.

68570cookie-checkInyuma ya somebody Bain Turo yoba ategekanya gusohora ireresi.
Previous articleUmuziki ndundi uguma ukwiragira isi
Next articleNew Video : DJ Phil Peter Ft Drama T & Daddy Andre – Cakula