Ngiyi Indirimbo yanje Nshasha « RIRIMBA’ Amajambo ya Sasa Sandra

Ngiyi Indirimbo yanje Nshasha « RIRIMBA’ Amajambo ya Sasa Sandra

1 novembre 2022 0 Par H. Mervis

Kucuro yambere umuririmvyikazi aririmba indirimbo zoguhimbaza Imana arizo Gospel  Sasa Sandra yagaragaje ko vuba agiye gosohora indirimbo yiwe yambere Nshasha izoba yitwa RIRIMBA, ivyo akaba yavyerekanye kumbuga ziwe yuko iyo ndirimbo izoba ifise amasanamu.

Sasa Sandra kuri istastorry yiwe yasavye abarundi n’abarundikazi aho bari hose ko bomushigikira na cane cane kubasazwe bakundi indirimbo zo guhimbaza Imana, ati : ndimunshasha mumwuga ariko ndazi ko mushigikiye ndashobora gushika kure.

N’mwigeme avuka muntara ya Rumonge mbere akaba yiga ahonyene, Audio yiyo ndirmbo ikaba yakozwe n’umuhinyanyuzi FIG PRO HIT MAKER nayo amasanamu yakaba yakozwe na Directed Sule S NDIMU muri SULE S ENTERTAINMENT.

Facebook Comments Box
38560cookie-checkNgiyi Indirimbo yanje Nshasha « RIRIMBA’ Amajambo ya Sasa Sandra