Home NEWS Metou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu

Metou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu

214
0

Nukuruwu waka gatatu igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021 niho Mmuririmvyi Metou Brown yashira kumugaragaro indirimbo zitatu ziri muri EP yiwe wise Inyabutatu.

Umurirmvyi Metou Brown abicishije kuri instastorry yiwe yasavye abakunzi biwe gushigikira EP yiwe nkuko bamye bamushigikira ati : Guys ntigucike ino nyabutatu, nkuko twama dushigikira nubunyene inyabutatu. Tukwibutseko Metou Brown niyo EP yiwe yambere asohoye  nayo mumasaha mirongo ibiri n’ane (24heur)  izo ndirimbo  zitatu zimaze kuri chanel yiwe ya Youtube imwe gusa niyo imaze kurenza abarorerezi Vues amajana atatu ( 300) iyonayo n’indirimbo Ahobona.

  1. 1.
    Metou Brown - Ahabona Track No1 (1).mp3
    3:17
Download | Metou-Brown-Ahabona-Track-No1-1 ( Audio Mp3 (61 downloads)
15390cookie-checkMetou Brown ashira kumugaragaro EP yiwe Inyabutatu
Previous articleSuper Huff Yemereye abakunzi biwe indirimbo Shasha vuba
Next articleUshobora gufasha umusore Venant NIYONKURU

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here